Le Leadership
Synergie des médias pour influencer la révision de la loi VBG au Burundi par la COCAFEM/GL sous financement de la CIRGL/RTF
La CIRGL/RTF en collaboration avec la COCAFEM/GL ont lancé une synergie de 9 médias locaux, afin d’influencer des changements positifs sur la loi burundaise de lutte contre les violences basées sur le genre. Cette synergie s’est tenue dans les enceintes de la RTNB/ARB, le 15 Décembre 2022. Cette synergie a vu la participation d’une grande […]
Sport & Showbiz
Ballon d’or 2021, quelle surprise!
Lors de la cérémonie du Ballon d’Or 2021 ce 29 novembre, tout le monde attendent le grand gagnant du trophée du ballon d’or, un prix qui est décerné chaque année à le meilleur jouer du monde de l’année. Le prix qui a était remporté par le jouer parisien Leonel Messi en devançant le polonais […]
Culture
MBEGA KOKO IKIRUNDI KIRAGOYE ? DUKUNDE URURIMI N’IGIHUGU VYACU
Umwigisha w’Ikirundi muri Kaminuza Ferdinand Mberamihigo avuga ko abavuga ko ururimi rw’ikirundi rugoye atarivyo ariko kandi arasigura impamvu babivuga batyo.Abisigura afatiye ku kirundi n’ikinyarwanda. Uwo mwigisha aradusigurira ijambo rya Gishingantahe canke ijambo ry’urubanza. Aranatubwira n’ibindi vyinshi ku majambo n’ururimi vy’Ikirundi. Muduhe amaso gusa,ni kuri Zenplanet Magazine Figure 1: Ibubamfu Umutumire Ferdinand Mberamihigo, iburyo Tite Iradukunda […]
Uruhara rw’inzoga mu migenderanire y’abarundi
Kuva kera na rindi, abarundi bamye bagenderanira. Mu gukomeza ubucuti, ubugenzi canke umubano, akenshi uwagendera uwundi ntiyagenda umutwe musa. Mu gutsimbataza iyo migenderanire, urukanywa rwari ntahara mu buzima bw’abarundi nakare bavuga bati « Ubunyegeri buyagira kw’igufa ». Erega iryo gufa ntimwibaze ngo ryari ikindi,ni urukanywa. Figure 1: Abarundi bariko barasangira ku ntango Hari ingendo yahavuye iba nk’umugirwa […]