MBEGA KOKO IKIRUNDI KIRAGOYE ? DUKUNDE URURIMI N’IGIHUGU VYACU
Umwigisha w’Ikirundi muri Kaminuza Ferdinand Mberamihigo avuga ko abavuga ko ururimi rw’ikirundi rugoye atarivyo ariko kandi arasigura impamvu babivuga batyo.Abisigura afatiye ku kirundi n’ikinyarwanda. Uwo mwigisha aradusigurira ijambo rya Gishingantahe canke ijambo ry’urubanza. Aranatubwira n’ibindi vyinshi ku majambo n’ururimi vy’Ikirundi. Muduhe amaso gusa,ni kuri Zenplanet Magazine Figure 1: Ibubamfu Umutumire Ferdinand Mberamihigo, iburyo Tite Iradukunda […]
Continuer la lecture