Lettre de Berlyne Igiraneza à toutes les filles

Caractères d’une fille de valeur Une fille sans futur , c’est comme une voiture sans carburant .Elle doit apprendre  à travailler pour subvenir à ses besoins. Elle doit avoir une confiance  de soi, car être une fille c’est tout d’abord une lampe pour la famille et pour toute une communauté. Et pour devenir une lampe, on doit […]

Continuer la lecture

Umunsi Mukuru w’abakundana woba uzi ?

          Mu minsi ihimbaye mu buzima bw’abakundana n’abantu bose, harimwo iyi tariki ya cumi na kane Ruhuhuma. None uyo munsi mukuru wavuye hehe ? Umweranda Valentino wewe ninde ? Tuwuhimbaze gute ?   Amamuko  Mu kinjana ca gatatu, hari Umwami yitwa Claudiyo wa kabiri, akaba yavugwa ko yari Umugome cane. Cari igihe c’intambara kuko […]

Continuer la lecture

MBEGA KOKO IKIRUNDI KIRAGOYE ? DUKUNDE URURIMI N’IGIHUGU VYACU

Umwigisha w’Ikirundi muri Kaminuza Ferdinand Mberamihigo avuga ko abavuga ko ururimi rw’ikirundi rugoye atarivyo ariko kandi arasigura impamvu babivuga batyo.Abisigura afatiye ku kirundi n’ikinyarwanda. Uwo mwigisha aradusigurira ijambo rya Gishingantahe canke ijambo ry’urubanza. Aranatubwira n’ibindi vyinshi ku majambo n’ururimi vy’Ikirundi. Muduhe amaso gusa,ni kuri Zenplanet Magazine Figure 1: Ibubamfu Umutumire Ferdinand Mberamihigo, iburyo Tite Iradukunda […]

Continuer la lecture

Uruhara rw’inzoga mu migenderanire y’abarundi

Kuva kera na rindi, abarundi bamye bagenderanira. Mu gukomeza ubucuti, ubugenzi canke umubano, akenshi uwagendera uwundi ntiyagenda umutwe musa. Mu gutsimbataza iyo migenderanire, urukanywa rwari ntahara mu buzima bw’abarundi nakare bavuga bati « Ubunyegeri buyagira kw’igufa ». Erega iryo gufa ntimwibaze ngo ryari ikindi,ni urukanywa. Figure 1: Abarundi bariko barasangira ku ntango Hari ingendo yahavuye iba nk’umugirwa […]

Continuer la lecture