Intahe y’umuyabaga, Ndayizeye Claudine

Intahe ya Ndayizeye Claudine, umuyabaga w’imyaka 17, akaba asanzwe ari muri Club des ados yo kuri Lycee Municipal Ngagara. Claudine aba ku Mutakura, commune Ntahangwa. ZenPlanet: Muri Club des ados ya ZenPlanet, wize vyinshi vyerekeye ivy’inyifato ndoragitsina, hari ico woba waratahanye? Claudine : Ego cane, natahanye vyinshi rwose. Mu vyo nasigaranye nkoresha no mu buzima […]

Continuer la lecture