UMUYABAGA W’UMUNYAMUJI YEREKANWA N’UKUNYWA ITABI N’URUMOGI.

Mbega kunywa itabi canke urumogi ku bayabaga nivyo vyerekana umuyabaga asirimutse canke w’umunyamuji??? Biribonekeza caane ko abahungu canke abakobwa bageze mu myaka y’ubuyabaga bashikirwa n’ingorane nyinshi ahanini ziva k’ukutitahura no m’ukutimenya bigatuma benshi bivanye nabo bagenda mu kibano baja mu ngeso izi canke ziriya. Barashobora kuja mu ngeso nziza nkuko bashobora kuja muri mbi iyo […]

Continuer la lecture

L’hygiène intime féminine, quels sous-vêtements appropriés ?

Faire sa toilette intime, demande des soins tout particuliers. Hygiène quotidienne, une connaissance des bonnes pratiques pour préserver l’équilibre de sa flore vaginale. Alors, chères mesdames, comment bien faire sa toilette intime ? Et quels produits utilisés ?   L’hygiène intime englobe plusieurs thématiques mais on va faire le point sur quelques-uns, on ne peut pas parler […]

Continuer la lecture

Ikosa ni iryande ?

Nitwa Nina nkaba mvuka mu muryango w’abana batandatu nkaba ndi imfura. Mawe ni umwigisha mu mashure mato mato. Dawe ni umusirikare, navutse ndamubona rimwe na rimwe. Nagira nsangire  namwe ivyambayeko mu buzima hariho naho vyogufasha canke bigafasha n’abandi. Kuva ntaguye ishure,iyo ntashe mvuye kw’ishure Mama yaranyakira neza n’urukundo rw’umuvyeyi. Hari naho twafatanya urugendo tugiye kw’ishure […]

Continuer la lecture

Ikosa ni iryande ?

Nitwa Nina  nfise imyaka 25 nkaba mvuka mu muryango w’abana batandatu nkaba ndi imfura. Mawe ni umwigisha mu mashure mato mato. Dawe ni umusirikare, navutse ndamubona rimwe na rimwe. Nagira nsangire  namwe ivyambayeko mu buzima hariho naho vyogufasha canke bigafasha n’abandi. Kuva ntaguye ishure,iyo ntashe mvuye kw’ishure Mama yaranyakira neza n’urukundo rw’umuvyeyi. Hari naho twafatanya […]

Continuer la lecture

Café et restaurants de luxe, service uniquement aux blancs ?

Certains cafés, restaurants, bars ou hôtels de luxe de Bujumbura ont tendance à mépriser la clientèle burundaise au profit de la clientèle étrangère. Les clients se lamentent disant ne pas être considérés et même parfois méprisés, comme nous le témoignent certains clients trouvés aux portes de ces lieux de restauration.   Ce n’est plus évident […]

Continuer la lecture