Ikosa ni iryande ?
Nitwa Nina nfise imyaka 25 nkaba mvuka mu muryango w’abana batandatu nkaba ndi imfura. Mawe ni umwigisha mu mashure mato mato. Dawe ni umusirikare, navutse ndamubona rimwe na rimwe. Nagira nsangire namwe ivyambayeko mu buzima hariho naho vyogufasha canke bigafasha n’abandi. Kuva ntaguye ishure,iyo ntashe mvuye kw’ishure Mama yaranyakira neza n’urukundo rw’umuvyeyi. Hari naho twafatanya […]
Continuer la lecture